Skip to content
An-Nisaa-i /

Ayah 148

4 : 148

Ayah 148 of An-Nisaa-i (4 : 148). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nisaa-i Ayahs 176
Surah · An-Nisaa-i
Ikirundi · Gehiti
4 : 148

۞ لَّا يُحِبُّ ٱللَّهُ ٱلۡجَهۡرَ بِٱلسُّوٓءِ مِنَ ٱلۡقَوۡلِ إِلَّا مَن ظُلِمَۚ وَكَانَ ٱللَّهُ سَمِيعًا عَلِيمًا

Imana Allah ntikunda na gato ko umuntu aserura ijambo ribi, kiretse ku warenganijwe, uyo ararekuriwe guserura ububi bw’uwamurenganije kugira arenganurwe. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenukwumva, Irumva ivyo muserura, Nyenubumenyikurivyose, Irazi n’ivyo muhisha mu mitima yanyu.