Skip to content
An-Nisaa-i /

Ayah 147

4 : 147

Ayah 147 of An-Nisaa-i (4 : 147). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Nisaa-i Ayahs 176
Surah · An-Nisaa-i
Ikirundi · Gehiti
4 : 147

مَّا يَفۡعَلُ ٱللَّهُ بِعَذَابِكُمۡ إِن شَكَرۡتُمۡ وَءَامَنتُمۡۚ وَكَانَ ٱللَّهُ شَاكِرًا عَلِيمٗا

Bantu! Mbega none ihanwa ryanyu hari ico ryomarira Imana Allah mu gihe mwoshima mu gutunganya ibikorwa vyanyu, mukanayemera Yo hamwe n’Intumwa yayo! Burya Imana Allah Izobahanira ivyo mwakoze. Burya Imana Allah Yamye ari Nyenugushima, Ihembera igikorwa uko kingana kwose n’aho coba akantu ide, ni Nyenubumenyikurivyose.