Skip to content
سَبإ /

Ayah 15

34 : 15

Ayah 15 of سَبإ (34 : 15). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

سَبإ Ayahs 54
Surah · سَبإ
Ikirundi · Gehiti
34 : 15

لَقَدۡ كَانَ لِسَبَإٖ فِي مَسۡكَنِهِمۡ ءَايَةٞۖ جَنَّتَانِ عَن يَمِينٖ وَشِمَالٖۖ كُلُواْ مِن رِّزۡقِ رَبِّكُمۡ وَٱشۡكُرُواْ لَهُۥۚ بَلۡدَةٞ طَيِّبَةٞ وَرَبٌّ غَفُورٞ

Ni ukuri, ku mihana y’abantu bo mu bwoko bw’Abasaba-i bigeze kuba muri Yemeni, harimwo icemezo cerekana ubushobozi bwacu Twebwe Allah. Kuri nya mihana, hari imirima ibiri itotahaye; umurima umwe wari ku ruhande rw’iburyo bw’ahari urugomero mu kabande, uwundi na wo ukaba wari ibubamfu bwa nya kabande. Abantu b’Abasaba-i babwiwe bati: “Nimufungure rero mu bibabeshaho mwaronkejwe n’Imana yanyu Rurema Allah, muheze muyishimire, mwahawe igihugu gihimbaye c’akanovera n’akayaga keza, mugira n’Imana Nyenimbabazi-ntangere Allah”.