Skip to content
الأحزَاب /

Ayah 41

33 : 41

Ayah 41 of الأحزَاب (33 : 41). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأحزَاب Ayahs 73
Surah · الأحزَاب
Ikirundi · Gehiti
33 : 41

يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُواْ ٱذۡكُرُواْ ٱللَّهَ ذِكۡرٗا كَثِيرٗا

Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimuninahaze mwongere mutazire kenshi cane Imana Allah mu buryo bwose;

Explanation & meanings · 1
  1. Ininahaza n’itaziramana mu buryo bwose, rigirwa n’ururimi rivuye ku mutima rikagamburukirwa n’ibindi bihimba vy’umubiri.