Skip to content
Luqmaan /

Ayah 29

31 : 29

Ayah 29 of Luqmaan (31 : 29). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Luqmaan Ayahs 34
Surah · Luqmaan
Ikirundi · Gehiti
31 : 29

أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ يُولِجُ ٱلَّيۡلَ فِي ٱلنَّهَارِ وَيُولِجُ ٱلنَّهَارَ فِي ٱلَّيۡلِ وَسَخَّرَ ٱلشَّمۡسَ وَٱلۡقَمَرَۖ كُلّٞ يَجۡرِيٓ إِلَىٰٓ أَجَلٖ مُّسَمّٗى وَأَنَّ ٱللَّهَ بِمَا تَعۡمَلُونَ خَبِيرٞ

Mbega ntiwabonye ko Imana Allah Yinjiza igice c’ijoro mu murango, maze umurango ukaba muremure; Ikinjinza igice c’umurango mw’ijoro, maze ijoro rikaba rirerire; n’uko Yabagiriye izuba n’ukwezi mwikorako, kimwe cose muri vyo kigaca mu nzira-ntasobwa yaco kugera kw’isango ryagezwe; n’uko Imana Allah Izi neza ivyo mukora vyose, ari Muhetuziwavyose!