Skip to content
النَّمل /

Ayah 89

27 : 89
النَّمل Ayahs 93
Surah · النَّمل
Ikirundi · Gehiti
27 : 89

مَن جَآءَ بِٱلۡحَسَنَةِ فَلَهُۥ خَيۡرٞ مِّنۡهَا وَهُم مِّن فَزَعٖ يَوۡمَئِذٍ ءَامِنُونَ

Abazoza rero ku musi w’izuka baremeye Imana Imwe Rudende Allah, bakaba baranakoze n’ivyiza bitegetswe, bazoheza bahabwe n’Imana Allah indishi nziza ihambaye y’Ubwami bw’ijuru, kandi bobo bazoba batekanye kuri uwo musi ibiremwa bizotekerwa n’ubwoba.