Skip to content
An-Naml /

Ayah 90

27 : 90

Ayah 90 of An-Naml (27 : 90). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

An-Naml Ayahs 93
Surah · An-Naml
Ikirundi · Gehiti
27 : 90

وَمَن جَآءَ بِٱلسَّيِّئَةِ فَكُبَّتۡ وُجُوهُهُمۡ فِي ٱلنَّارِ هَلۡ تُجۡزَوۡنَ إِلَّا مَا كُنتُمۡ تَعۡمَلُونَ

Nayo abazoza kuri nya musi barabangikanije Imana Allah, bakaba baranakoze n’ivyaha, bazoheza batabwe mu muriro bubitse inda, hanyuma babwirwe ku gashinyaguro n'akantu bati: “Mbega mugira ngo murahembwa kiretse ku vyo mwakoze kw’isi!”.