26 : 123
كَذَّبَتۡ عَادٌ ٱلۡمُرۡسَلِينَ
Bene Aadi barahakanye bivuye inyuma Intumwa yabo Huudi, baca bafatwa nk’aho bahakanye Intumwa zose.
Explanation & meanings · 1
- Kuko Intumwa iyo ari yo yose irungitswe, ibwiriza abo irungitsweko kwemera Intumwa zose.