Skip to content
المؤمنُون /

Ayah 53

23 : 53

Ayah 53 of المؤمنُون (23 : 53). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المؤمنُون Ayahs 118
23 : 53

فَتَقَطَّعُوٓاْ أَمۡرَهُم بَيۡنَهُمۡ زُبُرٗاۖ كُلُّ حِزۡبِۭ بِمَا لَدَيۡهِمۡ فَرِحُونَ

Ariko rero abantu, ni bo bahavuye bicamwo imigwi ha gukurikira idini rimwe ry’ubwislamu bategetswe, gutyo umugwi wose muri yo unezerezwa n’ivyiyumviro vyawo, unebagura ivy’uwundi mugwi.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi Aayah irihaniza cane abantu kwicamwo imigwi mw’idini.