23 : 54
فَذَرۡهُمۡ فِي غَمۡرَتِهِمۡ حَتَّىٰ حِينٍ
Ntumwa y’Imana! Bareke bajuragirike mu bugarariji bwabo bwo ku kubura ico bafata n'ico bareka hagati yo kwemera no guhakana gushika igihe bashikiwe n’ibihano.