Skip to content
الحج /

Ayah 65

22 : 65

Ayah 65 of الحج (22 : 65). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 65

أَلَمۡ تَرَ أَنَّ ٱللَّهَ سَخَّرَ لَكُم مَّا فِي ٱلۡأَرۡضِ وَٱلۡفُلۡكَ تَجۡرِي فِي ٱلۡبَحۡرِ بِأَمۡرِهِۦ وَيُمۡسِكُ ٱلسَّمَآءَ أَن تَقَعَ عَلَى ٱلۡأَرۡضِ إِلَّا بِإِذۡنِهِۦٓۚ إِنَّ ٱللَّهَ بِٱلنَّاسِ لَرَءُوفٞ رَّحِيمٞ

Ntumwa y’Imana! Mbega ntiwabonye ko Imana Allah Yabashoboje kwikora ku biri mw’isi, Ikabashoboza no kugendera mu bwato bureremba mu mazi mw’ibahari ku bushobozi n'ububasha vyayo, Ikagumya n’ijuru kugira ntirigwe kw’isi ngo ribahonye kiretse ku bubasha bwayo! Mu vy’ukuri, nta nkeka ko Imana Allah ku bantu, ari Nyenikigongwe, Nyenimbabazi ku batoni bayo.

Explanation & meanings · 2
  1. Ibinyabuzima bigendagenda kuri yo, ibitungwa, ivyimeza, ibiterwa, ivyamwa n’imboga, n’ibindi; hamwe rero n’ibitari ibinyabuzima. Ivyo vyose rero Ikaba Yabiremye ku neza yanyu.
  2. Maze nya bwato bukabunguruza mwebwe hamwe n’ivyo mutwaye, bukabashikana aho hose mushaka.