Skip to content
الحج /

Ayah 37

22 : 37

Ayah 37 of الحج (22 : 37). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 37

لَن يَنَالَ ٱللَّهَ لُحُومُهَا وَلَا دِمَآؤُهَا وَلَٰكِن يَنَالُهُ ٱلتَّقۡوَىٰ مِنكُمۡۚ كَذَٰلِكَ سَخَّرَهَا لَكُمۡ لِتُكَبِّرُواْ ٱللَّهَ عَلَىٰ مَا هَدَىٰكُمۡۗ وَبَشِّرِ ٱلۡمُحۡسِنِينَ

Inyama za nya bitungwa eka n’amaraso yavyo, ntibishikira Imana Allah, ariko igishikira Imana Allah ni igamburukiramana ryanyu mu kuba mwabibaze ku bwayo. Ni ukwo rero, Imana Allah Yaborohereje kubaga nya bitungwa kugira mukuze Imana Allah mwongere muyishimire ku kuntu Yabarongoye mu nzira yayo. Muvugishwamana! Shikiriza rero abagwaneza mu kwiyegereza Imana Allah no mu gufasha ibiremwa vyayo, inkuru ihumuriza yo kuroranirwa kw’isi no mu buzima bw’inyuma yo gupfa.