Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 95

21 : 95
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 95

وَحَرَٰمٌ عَلَىٰ قَرۡيَةٍ أَهۡلَكۡنَٰهَآ أَنَّهُمۡ لَا يَرۡجِعُونَ

Ntibizokwigera bishika ku bantu bo mu gacimbiri Twahoneje ku kwirenganya kwabo mu kugarariza, ko bagaruka kandi kw’isi kugira ngo bigaye bongere bakore ivyo birengagije imbere yuko umuhero w’isi ushika.