Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 91

21 : 91
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 91

وَٱلَّتِيٓ أَحۡصَنَتۡ فَرۡجَهَا فَنَفَخۡنَا فِيهَا مِن رُّوحِنَا وَجَعَلۡنَٰهَا وَٱبۡنَهَآ ءَايَةٗ لِّلۡعَٰلَمِينَ

Ntumwa y’Imana! Ibuka n’inkuru ya Mariyamu umukobwa wa Amraani, yabungabunze ubwambure bwiwe, Turaheza Tumurungikira umumalayika Jibrili amuhuhiramwo inkomoko y’ubuzima “Roho” iturutse iwacu, aca arasama imbanyi ya Isa ata mugabo babonanye. Mariyamu n’umwana wiwe Isa rero, Twabagize ikimenyetso cereka ibiremwa vyose ubushobozi n'ububasha vyacu Twebwe Allah gushika ku musi w’umuhero w’isi.