Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 8

21 : 8

Ayah 8 of الأنبيَاء (21 : 8). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 8

وَمَا جَعَلۡنَٰهُمۡ جَسَدٗا لَّا يَأۡكُلُونَ ٱلطَّعَامَ وَمَا كَانُواْ خَٰلِدِينَ

Kandi nya Ntumwa, ntitwaziremye ari ibitumbatumba gusa mu buryo butandukanye n’abantu, ngo ntizikenere gufungura no kunywa, eka ntizanabayeho ibihe bidahera ngo ntizipfe.