Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 23

21 : 23
الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 23

لَا يُسۡـَٔلُ عَمَّا يَفۡعَلُ وَهُمۡ يُسۡـَٔلُونَ

Imana Allah ntibazwa ku vyo Yageze ku biremwa Ikanabishira mu ngiro, mu gihe ibiremwa vyose bizobazwa ku vyo vyakoze.

Explanation & meanings · 1
  1. Ubushobozi n'ububasha vyo gutunganya ubuzima bw'ibiremwa biba mw'ijuru no kw'isi, birakwiye kuba icemezo c'uko Imana Allah Idakwiye kubangikanywa mu kurema no mu gusengwa kwayo.