Skip to content
Al-Baqara /

Ayah 188

2 : 188

Ayah 188 of Al-Baqara (2 : 188). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Baqara Ayahs 286
Surah · Al-Baqara
Ikirundi · Gehiti
2 : 188

وَلَا تَأۡكُلُوٓاْ أَمۡوَٰلَكُم بَيۡنَكُم بِٱلۡبَٰطِلِ وَتُدۡلُواْ بِهَآ إِلَى ٱلۡحُكَّامِ لِتَأۡكُلُواْ فَرِيقٗا مِّنۡ أَمۡوَٰلِ ٱلنَّاسِ بِٱلۡإِثۡمِ وَأَنتُمۡ تَعۡلَمُونَ

Ntimukarye amatungo ya bamwe muri mwebwe mu buryo butarekuwe, kandi ntimugatange ivyemezo vy’ikinyoma ku batware kugira ngo mwihagire amatungo ya bamwe muri mwebwe mwisunze ikinyoma kandi na mwe nyene muzi ko kizira.

Explanation & meanings · 1
  1. Nko gukoresha indahiro y’ikinyoma, kwambura utwa murundi, kwiba, gutanga igiturire, inyungu izira “riba”, akamari, n’ibindi.