Skip to content
Yuusuf /

Ayah 105

12 : 105

Ayah 105 of Yuusuf (12 : 105). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Yuusuf Ayahs 111
Surah · Yuusuf
Ikirundi · Gehiti
12 : 105

وَكَأَيِّن مِّنۡ ءَايَةٖ فِي ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَٱلۡأَرۡضِ يَمُرُّونَ عَلَيۡهَا وَهُمۡ عَنۡهَا مُعۡرِضُونَ

Hari ivyemezo vyinshi mu majuru no mw’isi vyerekana ko Imana ari Imwe Rudende, abantu babirengako bavyirengagiza nk’uko ata vyo babona.

Explanation & meanings · 1
  1. Nk’akarorero k’izuba, ukwezi, imisozi, ibiti, n’ibindi.