111 : 4
وَٱمۡرَأَتُهُۥ حَمَّالَةَ ٱلۡحَطَبِ
Ari kumwe n’umugore wiwe (Ummu Jamiila), yahora yikorera amahwa akayatega mu nzira Intumwa y’Imana (nyakugira amahoro n’impuhwe z’Imana Allah) icamwo;