Skip to content
التوبَة /

Ayah 80

9 : 80
التوبَة Ayahs 129
Surah · التوبَة
Ikirundi · Gehiti
9 : 80

ٱسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ أَوۡ لَا تَسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ إِن تَسۡتَغۡفِرۡ لَهُمۡ سَبۡعِينَ مَرَّةٗ فَلَن يَغۡفِرَ ٱللَّهُ لَهُمۡۚ ذَٰلِكَ بِأَنَّهُمۡ كَفَرُواْ بِٱللَّهِ وَرَسُولِهِۦۗ وَٱللَّهُ لَا يَهۡدِي ٱلۡقَوۡمَ ٱلۡفَٰسِقِينَ

Ntumwa y’Imana! Gusabira ikigongwe indyarya no kutakizisabira, vyose ni kimwe. N’aho rero woramuka uzisabiye ikigongwe incuro nyinshi, Imana Allah ntizogenda Izigiriye ikigongwe, kuko zagararije Imana Allah n’Intumwa yayo. Burya Imana Allah, ntirongora mu nzira yayo ibigaba birenga ku mabwirizwa yayo.