Skip to content
النَّازعَات /

Ayah 46

79 : 46

Ayah 46 of النَّازعَات (79 : 46). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النَّازعَات Ayahs 46
79 : 46

كَأَنَّهُمۡ يَوۡمَ يَرَوۡنَهَا لَمۡ يَلۡبَثُوٓاْ إِلَّا عَشِيَّةً أَوۡ ضُحَىٰهَا

Umusi bazowubona, bazomera nk’aho batigeze baba kw’isi, kiretse igihe kingana n’umuhingamo canke umusase gusa.

Explanation & meanings · 2
  1. Igice c’umusi, kuva izuba rihengamiye mu burengero gushika rirenze.
  2. Igice c’umusi, kuva izuba riserutse gushika ku mutaga.