75 : 28 وَظَنَّ أَنَّهُ ٱلۡفِرَاقُ Uwuri ku mpfiro na we azoba yamaze kumenya neza na neza ko hageze gusezera isi;