Skip to content
A-Qiyaamah /

Ayah 2

75 : 2

Ayah 2 of A-Qiyaamah (75 : 2). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

A-Qiyaamah Ayahs 40
Surah · A-Qiyaamah
Ikirundi · Gehiti
75 : 2

وَلَآ أُقۡسِمُ بِٱلنَّفۡسِ ٱللَّوَّامَةِ

Ndanarahiye no ku mutima winegura kenshi! Ko ibiremwa bizozuka.

Explanation & meanings · 1
  1. Umutima winegura kenshi ku kudakora ibitegetswe, canke ku gukora ibibujijwe bizira, ni umutima w’umwemeramana.