Skip to content
الأعرَاف /

Ayah 159

7 : 159
الأعرَاف Ayahs 206
Surah · الأعرَاف
Ikirundi · Gehiti
7 : 159

وَمِن قَوۡمِ مُوسَىٰٓ أُمَّةٞ يَهۡدُونَ بِٱلۡحَقِّ وَبِهِۦ يَعۡدِلُونَ

Mu bantu ba Musa muri Bene Israyeli, harimwo umugwi w’abagororotsi utsimbataye ku kuri, ukanarongora abantu wisunze nya kuri, ukanabararikira kugukurikira, ugaheza rero ukanatunganiriza abandi mu kubacira imanza wisunze nya kuri nyene.