Skip to content
الأنعَام /

Ayah 61

6 : 61

Ayah 61 of الأنعَام (6 : 61). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 61

وَهُوَ ٱلۡقَاهِرُ فَوۡقَ عِبَادِهِۦۖ وَيُرۡسِلُ عَلَيۡكُمۡ حَفَظَةً حَتَّىٰٓ إِذَا جَآءَ أَحَدَكُمُ ٱلۡمَوۡتُ تَوَفَّتۡهُ رُسُلُنَا وَهُمۡ لَا يُفَرِّطُونَ

Ni na Yo Nyeninkomezi Iganza ibiremwa vyayo vyose. Iranabarungikira abamalayika babungabunga ibikorwa vyanyu mu kuvyandika, maze hagera aho umwe muri mwebwe ashikirwa n’urupfu, intumwa zacu mu bamalayika bajejwe urupfu zigaca zimwaka ubuzima agapfa, kandi ntizihenda na gato ku wo zirungitsweko;

Explanation & meanings · 1
  1. Ni umumalayika ajejwe urupfu “Malaku l’mawti” n’abafasha biwe.