Skip to content
الأنعَام /

Ayah 40

6 : 40

Ayah 40 of الأنعَام (6 : 40). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنعَام Ayahs 165
Surah · الأنعَام
Ikirundi · Gehiti
6 : 40

قُلۡ أَرَءَيۡتَكُمۡ إِنۡ أَتَىٰكُمۡ عَذَابُ ٱللَّهِ أَوۡ أَتَتۡكُمُ ٱلسَّاعَةُ أَغَيۡرَ ٱللَّهِ تَدۡعُونَ إِن كُنتُمۡ صَٰدِقِينَ

Ntumwa y’Imana! Bwira ababangikanyamana uti: “Nimumbwire igihe mwoshikirwa n’ibihano vy’Imana Allah mukiri kw’isi, canke mu gihe mwoshikirwa n’umusi w’izuka, aho nyene mwombwira ko mwosaba ikitari Imana Allah, kugira kibakize intureka zabashikiye nimwaba muri imvugakuri ko ibigirwamana musenga hari ico bishoboye!”;