53 : 24 أَمۡ لِلۡإِنسَٰنِ مَا تَمَنَّىٰ Umuntu, ntazoronka ivugirwa yipfuza kuri ivyo bigirwamana canke ku bindi;