Skip to content
المَائدة /

Ayah 62

5 : 62

Ayah 62 of المَائدة (5 : 62). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

المَائدة Ayahs 120
Surah · المَائدة
Ikirundi · Gehiti
5 : 62

وَتَرَىٰ كَثِيرٗا مِّنۡهُمۡ يُسَٰرِعُونَ فِي ٱلۡإِثۡمِ وَٱلۡعُدۡوَٰنِ وَأَكۡلِهِمُ ٱلسُّحۡتَۚ لَبِئۡسَ مَا كَانُواْ يَعۡمَلُونَ

Ntumwa y’Imana! Uzobona benshi mu bayahudi bihutira gukora ivyaha vyo kubesha, kurenga ku mabwirizwa y’Imana Allah hamwe rero no kwihereza ku karenganyo amatungo y’abantu badafiseko uburenganzira. Ni ukuri, ni bibi cane ivyo bakora ku karenganyo.