Skip to content
المَائدة /

Ayah 111

5 : 111
المَائدة Ayahs 120
Surah · المَائدة
Ikirundi · Gehiti
5 : 111

وَإِذۡ أَوۡحَيۡتُ إِلَى ٱلۡحَوَارِيِّـۧنَ أَنۡ ءَامِنُواْ بِي وَبِرَسُولِي قَالُوٓاْ ءَامَنَّا وَٱشۡهَدۡ بِأَنَّنَا مُسۡلِمُونَ

Wibuke kandi inema zanje Naguhaye igihe Namenyesha abakunzi mu bigishwa bawe Nti: “Nimunyemere Jewe Allah mwemere n’Intumwa yanje”, baraheza baremanga bati: “Twaremeye Mana! Tubere n’icabona ko twebwe mu vy’ukuri twicisha bugufi, turi abislamu”.