Skip to content
Al-Maa-ida /

Ayah 103

5 : 103

Ayah 103 of Al-Maa-ida (5 : 103). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Al-Maa-ida Ayahs 120
Surah · Al-Maa-ida
Ikirundi · Gehiti
5 : 103

مَا جَعَلَ ٱللَّهُ مِنۢ بَحِيرَةٖ وَلَا سَآئِبَةٖ وَلَا وَصِيلَةٖ وَلَا حَامٖ وَلَٰكِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ يَفۡتَرُونَ عَلَى ٱللَّهِ ٱلۡكَذِبَۖ وَأَكۡثَرُهُمۡ لَا يَعۡقِلُونَ

Imana Allah ntiyigeze Iziririza ikoreshwa ry’igitungwa caciwe ugutwi kikagenerwa ibigirwamana; igitungwa catanzwe ikimazi ku bigirwamana, igitungwa kivyaye inyana cikurikiranya, n’impfizi y’ingamiya yimije incuro cumi, ariko ababangikanyamana bomekereye ivyo vyose ku Mana Allah bayibeshera, kandi abenshi muri bo ntibatandukanya ukuri n’ikinyoma.

Explanation & meanings · 1
  1. Carazira kuyurira no kuyikoresha ikintu na kimwe.