47 : 33
۞ يَٰٓأَيُّهَا ٱلَّذِينَ ءَامَنُوٓاْ أَطِيعُواْ ٱللَّهَ وَأَطِيعُواْ ٱلرَّسُولَ وَلَا تُبۡطِلُوٓاْ أَعۡمَٰلَكُمۡ
Emwe bemeye Imana Allah n’Intumwa yayo bakubahiriza n’amabwirizwa yayo! Nimushishikare mwumvira Imana Allah, mwumvira n’Intumwa yayo, kandi ntimugatume ibikorwa vyanyu bicika impfagusa ku guca kubiri n’amabwirizwa yayo.