45 : 36
فَلِلَّهِ ٱلۡحَمۡدُ رَبِّ ٱلسَّمَٰوَٰتِ وَرَبِّ ٱلۡأَرۡضِ رَبِّ ٱلۡعَٰلَمِينَ
Kubera ivyo vyose rero, ishimagizwa ni iry’Imana Rurema Allah, Umubungabunzi w’amajuru n’isi, Ikaba n’Umubungabunzi w’ibiremwa vyose;