Skip to content
غَافِر /

Ayah 11

40 : 11
غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 11

قَالُواْ رَبَّنَآ أَمَتَّنَا ٱثۡنَتَيۡنِ وَأَحۡيَيۡتَنَا ٱثۡنَتَيۡنِ فَٱعۡتَرَفۡنَا بِذُنُوبِنَا فَهَلۡ إِلَىٰ خُرُوجٖ مِّن سَبِيلٖ

Abagarariji rero bazovuga bati: “Mana yacu Rurema Allah! Watwishe incuro zibiri, Udusubiza n’ubuzima incuro zibiri nyene; ubu rero turemanze ivyaha vyacu twakoze; mbega none, nta kuntu twoshobora kuva mu muriro udahera, maze tugasubira kw’isi tugaheza tukakwumvira!”. Ico gihe rero, ukwemanga kw’ivyaha vyabo nta co kuzobamarira;

Explanation & meanings · 2
  1. Igihe twari tukiri intanga tutarahuhirwamwo inkomoko y’ubuzima “Roho”, n’igihe ikiringo co kubaho kwacu kw’isi kirangiriye.
  2. Igihe duhuhiriwemwo inkomoko y’ubuzima “Roho” tukabaho kw’isi, n’igihe dusubirijwe ubuzima tukazuka.