Skip to content
غَافِر /

Ayah 10

40 : 10

Ayah 10 of غَافِر (40 : 10). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

غَافِر Ayahs 85
Surah · غَافِر
Ikirundi · Gehiti
40 : 10

إِنَّ ٱلَّذِينَ كَفَرُواْ يُنَادَوۡنَ لَمَقۡتُ ٱللَّهِ أَكۡبَرُ مِن مَّقۡتِكُمۡ أَنفُسَكُمۡ إِذۡ تُدۡعَوۡنَ إِلَى ٱلۡإِيمَٰنِ فَتَكۡفُرُونَ

Mu vy’ukuri, abagararije ko Allah ari Yo Mana Ikwiye gusengwa vy’ukuri maze bakayibangikanya, igihe babonye intureka z’umuriro udahera, bazokwiyanka nya kwiyanka, maze abamalayika bawucungereye babahamagare bati: “Urwanko Imana Allah Yabanse mukiri kw’isi, igihe murarikirwa kuyemera hamwe n’Intumwa zayo mukagarariza, ruruta urwanko mwiyanka aho muboneye ibihano”.