Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 85

4 : 85

Ayah 85 of النِّسَاء (4 : 85). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 85

مَّن يَشۡفَعۡ شَفَٰعَةً حَسَنَةٗ يَكُن لَّهُۥ نَصِيبٞ مِّنۡهَاۖ وَمَن يَشۡفَعۡ شَفَٰعَةٗ سَيِّئَةٗ يَكُن لَّهُۥ كِفۡلٞ مِّنۡهَاۗ وَكَانَ ٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ مُّقِيتٗا

Uwo wese avugiye uwundi ku ciza kimwungura, aronka indishi nziza kuri iryo vugira ryiwe. Nayo uwuvugiye uwundi ku kibi gitera ingaruka mbi, na we nyene yandikirwa ivyaha kuri iryo vugira ryiwe. Burya Imana Allah Yamye ari Yo Mugabuzi Ibeshaho abaja bayo, Mubungabunzi w’ibikorwa vyabo.