Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 130

4 : 130
النِّسَاء Ayahs 176
4 : 130

وَإِن يَتَفَرَّقَا يُغۡنِ ٱللَّهُ كُلّٗا مِّن سَعَتِهِۦۚ وَكَانَ ٱللَّهُ وَٰسِعًا حَكِيمٗا

Umugabo n’umukenyezi wiwe nibaramuka bahukanye, Imana Allah Izoheza Ikenure umwe wese muri bo mu kumuronsa ibimubeshaho, burya Imana Allah Yamye ari Nyenimpano-ntangere, Intungane mu vyo Ikora.