Skip to content
النِّسَاء /

Ayah 108

4 : 108

Ayah 108 of النِّسَاء (4 : 108). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النِّسَاء Ayahs 176
4 : 108

يَسۡتَخۡفُونَ مِنَ ٱلنَّاسِ وَلَا يَسۡتَخۡفُونَ مِنَ ٱللَّهِ وَهُوَ مَعَهُمۡ إِذۡ يُبَيِّتُونَ مَا لَا يَرۡضَىٰ مِنَ ٱلۡقَوۡلِۚ وَكَانَ ٱللَّهُ بِمَا يَعۡمَلُونَ مُحِيطًا

Bariherera bakinyegeza bagahisha abantu ibibi bakora, kandi badashoboye kwinyegeza Imana Allah ngo ivyo bakora bibatere isoni, mu gihe Iba Iri kumwe na bo ku bumenyi bwayo iyo barara barategurira ibitayishimisha mu majambo. Burya Imana Allah mu bumenyi bwayo, Yamye Ikikuje ivyo bavuga n’ivyo bakora vyose, kandi Izobibahembera.