Skip to content
Az-Zumar /

Ayah 15

39 : 15

Ayah 15 of Az-Zumar (39 : 15). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

Az-Zumar Ayahs 75
Surah · Az-Zumar
Ikirundi · Gehiti
39 : 15

فَٱعۡبُدُواْ مَا شِئۡتُم مِّن دُونِهِۦۗ قُلۡ إِنَّ ٱلۡخَٰسِرِينَ ٱلَّذِينَ خَسِرُوٓاْ أَنفُسَهُمۡ وَأَهۡلِيهِمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِۗ أَلَا ذَٰلِكَ هُوَ ٱلۡخُسۡرَانُ ٱلۡمُبِينُ

Babangikanyamana! Nimusenge ivyo mushaka mu bigirwamana mu gishingo c’Imana Allah, ivyo vyose nta co binyicira”. Ntumwa y’Imana! Vuga uti: “Mu vy’ukuri abari mu ruhombo nya ruhombo, ni barya bihombeye bagahomba n’imiryango yabo ku musi w’izuka”. Bantu, nimwumve mwumvireho! Urwo rero, ni rwo ruhombo rugaragara.

Explanation & meanings · 1
  1. Kuko bahuvye bakanahubisha imiryango yabo inzira y’ukwemera Imana Imwe Rudende Allah.