Skip to content
الأحزَاب /

Ayah 52

33 : 52
الأحزَاب Ayahs 73
Surah · الأحزَاب
Ikirundi · Gehiti
33 : 52

لَّا يَحِلُّ لَكَ ٱلنِّسَآءُ مِنۢ بَعۡدُ وَلَآ أَن تَبَدَّلَ بِهِنَّ مِنۡ أَزۡوَٰجٖ وَلَوۡ أَعۡجَبَكَ حُسۡنُهُنَّ إِلَّا مَا مَلَكَتۡ يَمِينُكَۗ وَكَانَ ٱللَّهُ عَلَىٰ كُلِّ شَيۡءٖ رَّقِيبٗا

Muvugishwamana! Kuva ubu rero, nturekuriwe kwabira abagore mu nyuma y’abakenyezi bawe ufise, ntunarekuriwe no kwahukana na bo ngo uheze wabire abandi mu kibanza c’abo, n’aho woshimishwa n’ubwiza bw’abo ushaka kwabira, kiretse mu gihe boba ari mu bo ugaba ukaganza mu ncoreke. Burya Imana Allah, Yamye ari Mureretsi w’ivyo mugira.

Explanation & meanings · 1
  1. Iyi ngingo yashinzwe n’Imana Allah mu ntunbero yo kwubaha no kwubahiriza abakanyezi b’Intumwa, kuko bahisemwo Imana Allah n’Intumwa yayo n’ubuzima bw’inyuma yo gupfa ha guhurumbira ibihendamaso vy’isi.