Skip to content
الأحزَاب /

Ayah 30

33 : 30
الأحزَاب Ayahs 73
Surah · الأحزَاب
Ikirundi · Gehiti
33 : 30

يَٰنِسَآءَ ٱلنَّبِيِّ مَن يَأۡتِ مِنكُنَّ بِفَٰحِشَةٖ مُّبَيِّنَةٖ يُضَٰعَفۡ لَهَا ٱلۡعَذَابُ ضِعۡفَيۡنِۚ وَكَانَ ذَٰلِكَ عَلَى ٱللَّهِ يَسِيرٗا

Bakenyezi b’Umuvugishwamana! Uwuhirahiye muri mwebwe agacumura bimwe bigaragara, azohabwa igihano kigwijwe incuro zibiri. Kandi uguhabwa ico gihano kwanyu, kuroroshe ku Mana Allah.

Explanation & meanings · 1
  1. Uguhabwa igihano kigwijwe incuro zibiri, gushingiye ku kuba bitabereye namba ku bakenyezi b’Intumwa gukora igicumuro kigaragara, kuko bafise ikibanza c’iteka n’icubahiro nta ngere co kuba abakenyezi b’Intumwa y’Imana.