Skip to content
القَصَص /

Ayah 78

28 : 78

Ayah 78 of القَصَص (28 : 78). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

القَصَص Ayahs 88
Surah · القَصَص
Ikirundi · Gehiti
28 : 78

قَالَ إِنَّمَآ أُوتِيتُهُۥ عَلَىٰ عِلۡمٍ عِندِيٓۚ أَوَلَمۡ يَعۡلَمۡ أَنَّ ٱللَّهَ قَدۡ أَهۡلَكَ مِن قَبۡلِهِۦ مِنَ ٱلۡقُرُونِ مَنۡ هُوَ أَشَدُّ مِنۡهُ قُوَّةٗ وَأَكۡثَرُ جَمۡعٗاۚ وَلَا يُسۡـَٔلُ عَن ذُنُوبِهِمُ ٱلۡمُجۡرِمُونَ

Qaaruuni n’ubwishime n’akantu yabishuye ati: “Ni ukuri aya matungo, nayahawe ku bumenyi n’ubukerebutsi mfise!”. Mbega Qaaruuni, ntiyamenye ko mu vy’ukuri Imana Allah Yahoneje hambere yiwe mu migwi y’abantu, abari bafise inguvu n’amatungo menshi kumurusha! Kandi burya abanyavyaha, ntibazobazwa ku vyaha vyabo kugira bishure ku vyo Imana Allah Itazi, ahubwo bazobazwa kugira bamaramare, bateterwe.