28 : 22
وَلَمَّا تَوَجَّهَ تِلۡقَآءَ مَدۡيَنَ قَالَ عَسَىٰ رَبِّيٓ أَن يَهۡدِيَنِي سَوَآءَ ٱلسَّبِيلِ
Musa amaze gucika ingabo za Firawuni agana amaja muri Madiyana, yavuze ati: “Kumbure hari n’aho Imana yanje Rurema Allah Yondongora mu nzira inshikana muri Madiyana”.