26 : 225
أَلَمۡ تَرَ أَنَّهُمۡ فِي كُلِّ وَادٖ يَهِيمُونَ
Ntumwa y’Imana! Ntiwabonye ko abivuzi b’amazina, bapfa ivyo bavuze batagira intumbero; nk’intungwa yaciye ikiziriko itagira iyo iva n’iyo ija;
Explanation & meanings · 1
- Mu guhonyanga agateka k’imiryango.