Skip to content
النور /

Ayah 47

24 : 47

Ayah 47 of النور (24 : 47). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

النور Ayahs 64
Surah · النور
Ikirundi · Gehiti
24 : 47

وَيَقُولُونَ ءَامَنَّا بِٱللَّهِ وَبِٱلرَّسُولِ وَأَطَعۡنَا ثُمَّ يَتَوَلَّىٰ فَرِيقٞ مِّنۡهُم مِّنۢ بَعۡدِ ذَٰلِكَۚ وَمَآ أُوْلَٰٓئِكَ بِٱلۡمُؤۡمِنِينَ

Indyarya zirinamura zikavuga ziti: “Twaremeye Imana Allah twemera n’ivyarungikanwe Intumwa turanazumvira”; hanyuma hamwe n’ivyo, umugwi umwe muri zo ukirengagiza kwubahiriza ingingo y’Intumwa, eka izo ndyarya si n’abemeramana namba.