23 : 16
ثُمَّ إِنَّكُمۡ يَوۡمَ ٱلۡقِيَٰمَةِ تُبۡعَثُونَ
Hanyuma mu vy’ukuri ga bantu! Umuhero w’isi niwagera mugahona, ku musi w’izuka muzosubizwa ubuzima kandi muzuke, kugira muharurirwe muheze muhemberwe ivyo mwakoze.
Ayah 16 of المؤمنُون (23 : 16). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.