Skip to content
الحج /

Ayah 46

22 : 46

Ayah 46 of الحج (22 : 46). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 46

أَفَلَمۡ يَسِيرُواْ فِي ٱلۡأَرۡضِ فَتَكُونَ لَهُمۡ قُلُوبٞ يَعۡقِلُونَ بِهَآ أَوۡ ءَاذَانٞ يَسۡمَعُونَ بِهَاۖ فَإِنَّهَا لَا تَعۡمَى ٱلۡأَبۡصَٰرُ وَلَٰكِن تَعۡمَى ٱلۡقُلُوبُ ٱلَّتِي فِي ٱلصُّدُورِ

Mbega abahakanyi ntibaragendagenda kw’isi kugira ngo birabire ibisigarira vy’abahonejwe ngo bagire umutima unyurwa, n’ubwenge bwiyumvira koko, canke ngo bagire amatwi yumva agategera! Burya ubuhumyi nya buhumyi si ubw’amaso, ahubwo nyabuna ubuhumyi nya buhumyi, ni ubw’umutima uri mu gikiriza utanyurwa n’ukuri.