Skip to content
الحج /

Ayah 35

22 : 35

Ayah 35 of الحج (22 : 35). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الحج Ayahs 78
Surah · الحج
Ikirundi · Gehiti
22 : 35

ٱلَّذِينَ إِذَا ذُكِرَ ٱللَّهُ وَجِلَتۡ قُلُوبُهُمۡ وَٱلصَّٰبِرِينَ عَلَىٰ مَآ أَصَابَهُمۡ وَٱلۡمُقِيمِي ٱلصَّلَوٰةِ وَمِمَّا رَزَقۡنَٰهُمۡ يُنفِقُونَ

Barya iyo hayazwe Imana Allah, bagira impungenge zo gutinya ibihano vyayo bakiyubara no guca kubiri n’amabwirizwa yayo, bakihanganira ibiza n'ivyago bibashikiye bazeye indishi kuri Yo, bagatsimbataza n’amasengesho akwije ibisabwa, bagatanga n’ishikanwa-bwirizwa hamwe n’imperezwa mu vyo Twebwe Allah Twabaronkeje.

Explanation & meanings · 1
  1. Hatibagiwe kubeshaho umuryango, gutanga imperezwa mu bikorwa vy’Imana Allah, guha imperezwa abavyeyi mu gihe boba bakenye, n’ibindi.