Skip to content
الأنبيَاء /

Ayah 72

21 : 72

Ayah 72 of الأنبيَاء (21 : 72). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

الأنبيَاء Ayahs 112
21 : 72

وَوَهَبۡنَا لَهُۥٓ إِسۡحَٰقَ وَيَعۡقُوبَ نَافِلَةٗۖ وَكُلّٗا جَعَلۡنَا صَٰلِحِينَ

Twaranahaye Ibrahimu ikibondo Is-haka igihe yasaba ko yoronswa umwana, Twongererako n'umwuzukuru Yakubu mwene Is-haka; kandi umwe wese muri bo, Twamugize umweranda agamburukira Imana Allah;

Explanation & meanings · 1
  1. Ibrahimu, Is-haka na Yakubu.