Skip to content
طه /

Ayah 109

20 : 109

Ayah 109 of طه (20 : 109). This page carries the verse in the Uthmani script with a translation of its meaning, at a stable URL that can be cited on its own.

طه Ayahs 135
Surah · طه
Ikirundi · Gehiti
20 : 109

يَوۡمَئِذٖ لَّا تَنفَعُ ٱلشَّفَٰعَةُ إِلَّا مَنۡ أَذِنَ لَهُ ٱلرَّحۡمَٰنُ وَرَضِيَ لَهُۥ قَوۡلٗا

Kuri uwo musi, ivugira ry’umuntu ku caha yakoze, nta co rizoba rimaze kiretse ivugira ry’uwahawe uburenganzira na Nyenimpuhwe Allah, maze Agashima ivugira ryiwe.

Explanation & meanings · 1
  1. Ukuvugira uwundi ku musi w’izuka ku vyaha yakoze, kuzorekurirwa gusa umwemeramana vy’ukuri.