Skip to content
مَريَم /

Ayah 52

19 : 52
مَريَم Ayahs 98
Surah · مَريَم
Ikirundi · Gehiti
19 : 52

وَنَٰدَيۡنَٰهُ مِن جَانِبِ ٱلطُّورِ ٱلۡأَيۡمَنِ وَقَرَّبۡنَٰهُ نَجِيّٗا

Twebwe Allah, Twarahamagaye Musa ari amaja mu kabande k’umusozi Twuuri wari iburyo bwiwe, maze Tumutera iteka ryo kuvugana na Twe Allah ukuri kwamye.

Explanation & meanings · 2
  1. Ico gihe yari mu nzira asubira muri Misiri (Egiputa).
  2. Iyi Aayah iremeza ko Imana Allah Ivuga mu buryo buberanye n’icubahiro n’ubumana bwayo.